MEILI – Nawe ft Emery Sun Lyrics

MEILI – Nawe ft Emery Sun ( Lyrics) Letra Meili Lyrics MEILI – Nawe ft Emery Sun ( Lyrics)

Verse 1//

The key:
Ndabira bébé imyaka myishi iraheza
Dukundana twinyegeza mbe bizodushikana hehe?

E.S: Kwanza mutima menya ko ngukunda ivyimvamutima
Ndacarondera uburyo bwo kuzotera iteka abavyeyi bakuvyavye

Me: Eh’urunganwe rwacu rwaheza rwubaka yoo!
N’imyaka iratujanye tutararushinga
!
E.S: Oya , oya , oya nturabe abandi boo boo burya imyenge y’inzu imenywa na nyeneyo

Bridge
Me : Ururukundo rwo kwihishahisha hisha narabimbiwe nivyo kwihisha hisha hisha

Chorus//
Me :Nshaka kubana nawe
Nifuza kwamana nawe
Maze nsazane nawe
Imyaka niyindi nawe

E.S: Nanje nshaka kubana nawe
Nifuza kwamana nawe
Maze nsazane nawe
Imyaka niyindi nawe

Nawe, nawe , nawe eeh
Nawe ,nawe ,nawe babyyyyyy

Verse 2
E.S: Burya uwitonze amira ibinoze reka tuvyitondere
Ntitumere nkababandi bamara kabiri ukumva ngo bahukanye

Me: Twitonde gushika ryari?
Turindire kugeza ryari
Ngo dushiremwo ishaka ahari ishaka harashikwa
Fata icemezo c’abagabo je ndikumwe nawe

E.S : Kandi ma ,kandi ma amajambo umbwiye aranyuze reka tubikore ibigiye inama bigira Imana
Me: yegome yegome nukuli hari hageze

Bridge
Me : Ururukundo rwo kwihishahisha hisha narabimbiwe nivyo kwihisha hisha hisha

Chorus//
Me: Nshaka kubana nawe
Nifuza kwamana nawe
Maze nsazane nawe
Imyaka niyindi nawe
E.S: Nanje nshaka kubana nawe
Nifuza kwamana nawe
Maze nsazane nawe
Imyaka niyindi nawe

Nawe, nawe , nawe eeh
Nawe ,nawe ,nawe babyyyyyy

Outro:
E.S :
Ngumane nawe
Nryoherwane nawe
Nsazane nawe
Me:
Ngumana nawe
Nryoherwane nawe
Nsazane nawe!!

Lyrics, Letras, Paroles, Deutsche, Letras, Testi,Тексты, Texty, Norske, Текстови, Versuri, Persian, Liricí, Lirik, Nederlandse, Tagalog